Igihe yururuka indege ku kibuga mpuzamakungu ca Sinagapore haraheze imyaka cumi, Shara Ticku niho yakuye iciyumviro co guhingura icosubirira amavuta y’ikigazi. Uwo mukuru w’ikompanyi y’ubuhinga bwa ...
Gerard Niyondiko, umurundi aba muri Burkina Faso yinjiye ku rutonde rw'abitangiye kurwanya umubu utera malaria akoresheje amavuta yo kwisiga yise Maïa, amavuta ariko ataremerwa na OMS/WHO. Mu gihe ...